#618
Rwanda
Keymaster

Umu Patriote Numuntu Y’ Itangira Igihugu, Akarwanya Uwowese Ashaka Kuvyonga Igihugu. Mukwitangira Igihugu Ntanyungu Ziwe Ashira Imbere Kandi Igihugu Kibuze Aba Patriotes Umwansi Yoca Yigira Ivyashaka. Aba Patriotes Mwese Aho Muri Mucunge Uruja Nuza Kuko Hariko Hakorwa Utunama Twabamujeri Bashaka Kuvyonga Igihugu.

paulkagame.info