#1513
Rwanda
Keymaster

Petero Nkurunziza yasoromye umurima wiwe w'ibiraya

Nyakubahwa umukuru w’igihugu cacu Petero Nkurunziza yasoromye umurima wiwe w’ibiraya, arangije arapfukama arasenga; ashimira Imana yo segaba wa vyose.

Ni uyuhe mukuru w’igihugu wundi akora nk’ ibi muri Afrika? Canke ibulaya? Ntanumwe.

Fyonda j’aime hama ushireko commentaire bijanye.

paulkagame.info