#381
Rwanda
Keymaster

ITANGAZO RYIHUTIRWA

>Twihweje ubukene busigaye buri mu gihugu cacu bwokora amakara bugata,

>Twihweje ukuntu abasore benshi vyabananiye kugira marriage kubera kubura inkwano.
> Twihweje ukuntu abakobwa benshi basigaye barenza 30 ans batararongorwa,

Abasore mwese n inkumi z’ umutima murahamagawe kuri uyu wa gatandatu italiki 11/3/2017 mu myiyerekano yo kwiyamiriza abavyeyi basaba inkwano zibera intambamyi abasore n inkumi kwubaka izabo.

Kazoba n akaryo ko gusaba leta gushiraho itegeko ribuza dot n ayandi ma ceremonies yose yerekeye marriage.

Tuzohurira kuri place de l’ independence isaha 9:00.

La patrie ou la mort, nous vaincrons

paulkagame.info