#651
Rwanda
Keymaster

BIG FIZZO y'ashitse azananye n'abahanzi nyarwanda Charly

ISHIKA MUBURUNDI RYUMURIRIMVYI RURANGIRANWA MUGANI DÉSIRE A.K.A BURUNDIANO FIZZOLOGY RYAKIRIWE N’UMUNEZERO UDASANZWE.


BIG FIZZO y’ashitse azananye n’abahanzi nyarwanda Charly and Nina na manager muyoboke nabandi bazananye babashitsi.

Unomuririmvyi aje gukora lunch ya album yiwe yise fizzology aho kurunomusi dimanche kuri Lacoste beach ibintu biza gushuha.

Big fizzo akaba aje abamuyoboka bari bamukumbuye cane [fans].

Nyuma yaho yatanze ikiganiro kubanditsi n’amanyamakuru ibintu bikaba vyari vyifashe neza mugihe n’umuryango wiwe wari umukumbuye cane .

Kurunomusi dimanch le 30 -04-2017 kuri Lacoste beach muzegusidukana inguvu mukuza kumushigikira .

paulkagame.info