#808
Rwanda
Keymaster

Radio Buja fm isanzwe envy mu
Gisagara ca bujumbura
ikumvikana igihugu cose buca ihimbaza imyaka 3 (3ans) imaze ikora.

ikazowuhimbariza kukibuga ca SCHEPERS (EFI NYAKABIGA)

nabaririmvyi bose basanzwe baba i bujumbura no hagati mugihugu

Ico nikimwe muvyerekana ko umuziki wuburundi uriko ugera kugwego rukomeye .

Ni mugihe hitezwe abaririmvyi nka :

General BIG FIZZO , Gisa stevo, Natacha, sat-b , thity love, Kolly the magic , peace and love , mirro team , Emery Sun, peter niyo , lolilo , fab love , best life, chany Q, nabandi benshi .

Kubwawe nkumukunzi wumuziki ntuze usibe kwinjira 2000 fb vip 5000 fb vvip 10.000 fb

Heure 12h00 a 22h00 .

Date le 5-08-2017

Tuboneyeho akaryo ko gukeza BUJA FM iriko ihindura ikintu kinini mumuziki wuburundi atakamwana wa ma ma.

Fyonda partage share n’a j’aime like nimba ukunda ibiganiro vya BUJA FM .

mbe ! nawe urakunda ibiganiro vyiyo radio?

Ntuze usibe rero mwisabukuru yayo mu NYAKABIGA kuri EFI.

paulkagame.info