#596
Rwanda
Keymaster

Inkuru Ndonse Ubunyene Nuko Kumipaka Yose Urwanda Ruhana N’ Uburundi Abasirikare Bahahora Bongerejwe Kuburyo Ubiravye Harikintu Biteguriye, Amakuru Nkura Mu Rwanda Nuko Mu Bugande Na Kongo Hari Uturwi Twabasuma Bashaka Kwinjira Kwiba Inzahabu Mu Burundi. Cibitoke, Kirundo, Ngozi, Kayanza Na Bubanza Mukizure Ijoro Numutaga Uruja Nuruza Rwabantu Mutazi Aho Iwanyu.

paulkagame.info