#454
Rwanda
Keymaster

???? Mukanama kajejwe Umutekano ka ONU, Benjamin Mkapa yatangaje ko Inama “idasanzwe” yariguhuza abagize akarere ka Afrika y’Ubuseruko vuba ( EAC) Itakibaye nk’ uko vyari bitegekanijwe. Ivyo yabivuze inyuma y’aho Uburundi buvuzwe neza cane n’ ibihugu rutura kw’ isi bigenzi vyabwo.

???? Ati: “Ibijanye n’ ibiganiro bihuza Abarundi, nzoca ndabica kumayange munama “isanzwe” izoba mukwezi kwa kane.

paulkagame.info