#1512
Rwanda
Keymaster

Just mfashe aka kanya ngomba nshimire aya mazina

akoma komeye y’ankeje nyuma yo kuronswa

CERTIFICAT DE MERITE YA MEILLEUR PROMOTEUR DE L’AN 2017

Na ronkejwe na societe ikomeye mu Burundi SOFT MEDIA COMPANY itariki 30/12/2017 imbere y’isinzi ryabantu barenga 800

Hari abanyecubahiro batandukanye.

Mpereye aho nka RICK LOVE SUPER PROMOTER DU BURUNDI

Ndayimiye l’état y’uburundi kuba y’arankeje mfatiye kumuvugizi w’igipolice c’uburundi ‘PIERRE NKURIKIYE’ Nawe nyene akaba y’ari mu baronkejwe agashimwe muri catégorie y’aba police baririmba akaba yarabaye uwambere akaba y’arankeje kuba n’arayironse iyo certificat .

Nshimiye COOPÉRATIVE DES MUSICIENS DU BURUNDI irongowe na CEDRIC BANGY y’abaye uwa kabiri mu kunkeza ahonyene,

Nshimiye inararibonye mu muziki ndundi

Bwana felicie femi de jabat umuririmvyi wa kera akibandanya aririmba mu gihugu ca Norvège,,

Nshimiye Joseph buhungu umu technicien akomeye kuri RTNB amaze imyaka irenga 20 ahakora akaba ari n’umuririmvyi y’aririmvye ingoma z’iwacu na reka abarundi bajandajande.

Reka nshimire umwanditsi w’indirimbo ndakugwaye EMERY SUN ari mu bankeje ndonse iyo certificat.

Nshimiye Elvis iradukunda umunyamakuru wa BUJA FM mukiganiro ca sport

Mboneyeho gushimira umunyamakuru wa CANAL+ NA D RADIO aho mu gihugu c’ubu suisse Thierry vrm ndashimye bimwe vyumwihariko.

Ndasubiye gushimira ARAKAZA MAC ARTHUR asamira équipe y’igihugu ‘INTAMBA MURUGAMBA’ ari mu bankeje ndonse iyo certificat

Nshimira DOUBLE JAY na B-Face
Na Dj clou bari muba nkeje bimwe bikomeye

Ntibagiye Alain Nova na jean Patrick kivodo bari muba journaliste bankeje banabivuga konaronkejwe certificat kuradiyo bakorerako mu biganiro vyabo

Na star fm y’igitega na izere fm

Ndashimiye ibihangange nyarwanda vyankeje

Abaririmvyi novuga ko bakomeye cane

Muri industry y’umuziki wo muri africa

aho banyandikira kuri whatsapp bankeza kuri certificat de merite naronswa ya meilleur promoteur de l’an 2017

Ndashimiye

KING JAMES umwanditsi w’indirimbo y’aciye ibintu.

Ndashimiye abanditsi bindirimbo thank you THE BEN na TOM CLOSE

bose barankeje mbere bananyimpfuriza umwaka mu shatse

thanks the brothers

Hanini abo n’ibo n’ovuga cane na ANDY KOOL umuririmvyi w’umurundi aba Belgique na my brothet king busness  Na spoks muvugizi

Ha nini ayo n’iyo mazina akomeye novuga y’ankeje nshimira kandi abakunzi bose ba kin home iyo bari hose kw’isi urukundo munyereka n’ugwibisazi ndashimye ndashimye iryanyuma abari harya kuko baryohewe cane

paulkagame.info